Big Fariouz Es'Iyo Menya song lyrics
Es'Iyo Menya Big Fariouz lyrics sheet
artist
Es'Iyo Menya - Big Fariouz lyrics
♪ Es'Iyo Menya ♪ lyrics
1. Wamusi ugenda
Narinzi ko uzoca ugaruka
wagiye utansezeye ugenda utanteguje
oya mama, siwewe mwiza wanje
Oya sinokurenganya
wagerageje kwihanganira
amafuti yanje ariko simbibone
wararira ejoro n'umutaga
aho kuguhoza nkakwirengagiza
ehe none raba nijewe nsigaye ndira
nicuza mvuga nti; burya…


[Chorus]

Uwambaye ikirezi ntamenya ko cera x2
es'iyomenya, es'iyomenya sinari kukubabaza
es'iyomenya, es'iyomenya sinari kukwikawusha
Ooh ooh ooh ooh


2. Nigize je m'en fous
And now who's gonna cook my food
Ubu ni nde azompfumbatira mur'iyi mbeho
Iyiri hano irahinda igahindira k'umutima
nkwibutse agahinda kakanyica
ese icompa tugasubiza umwanya inyuma
nokwihanura, nokwikosara
nokwitayeho nkagufata nk'umwamikazi
es'iyomenya, es'iyomenya ntiwari kumponyoka

[Chorus]

Uwambaye ikirezi ntamenya ko cera x2
es'iyomenya, es'iyomenya sinari kukubabaza
es'iyomenya, es'iyomenya sinari kukwikawusha
Ooh ooh ooh ooh


[Brige]

Inyanka kubwigwa
yabwiwe nuko amaso atukuye
kandi ngo agasozi k'intahanugwa
kahiye abagabo babona

[Chorus]

Uwambaye ikirezi ntamenya ko cera x2
es'iyomenya, es'iyomenya sinari kukubabaza
es'iyomenya, es'iyomenya sinari kukwikawusha
Ooh ooh ooh ooh
Lyrics credits : lyrics added by Sherls
Comments
Leave a comment for Big Fariouz - Es'Iyo Menya lyrics
Name/Nickname
Comment
Big Fariouz - Es'Iyo Menya song lyrics
Other Big Fariouz song lyrics
Mporeza Umwana
Urukumbuzi
Niko Sawa
Kiwelewele
Munyana
Soso
Ndakumissinze
Sinarinzi
To see also...
Artists and lyrics : Random selection of top song lyrics and artists
Notre-dame De Paris | Charles Aznavour | Serge Gainsbourg | Peter Pan | Saez | Francis Cabrel | La Reine Des Neiges | Pink Floyd | Le Bossu De Notre Dame | Frank Sinatra | Savant Des Rimes | Justin Bieber | Tino Rossi | Lady Gaga | Chansons Populaires | Spirit (dessin Animé) | Nana Mouskouri | Rihanna | Princess Sarah | Richard Cocciante | Annie Cordy | Violetta | Blanche Neige Et Les Sept Nains | Hercule (Disney) | Pirates Des Caraïbes

Pokemon | Je Ne Veux Pas Travailler | Les Harpies | Bang Bang | Barbie Girl | Monday Tuesday | L'écologie : Sauvons La Planète ! | Je L'aime à Mourir | Les Cloches | Le Pénitencier | Human | Ces Diamants-là | Quand Je Ferme Les Yeux | Bikitini | Téléphone | Un Musicien Parmi Tant D'autres | You Are Not Alone | La Fille Que J'aime | Nous Nous Reverrons Un Jour Ou L'autre | La Fin Du Chemin | File La Laine, Filent Les Jours | Générique Princesse Sarah | Les Sans Papiers | Vcr | Heal The World
Forgot your password ?
Create an account (free)
Select in the following order :
1| symbol to the left of the trash
2| symbol at the bottom of the smiley
3| symbol to the left of the target
grid grid grid
grid grid grid
grid grid grid